'Hari abashigikiramigambi gito bashaka kwigira abavyeyi beza hano mu Burundi kugira batobe' - Ndayishimiye
2025 Mata 27, Ku cyumweru 06:07:20
Perezida Evariste Ndayishimiye w'Uburundi aragabisha ko adashobora kwihanganira abatovyi barondera guhungabanya umugambi PAEEJ wo gushigikira urwaruka rufise impano yo kwitunganiriza imigambi mu Burundi.
2025 Mata 27, Ku cyumweru 08:29:12
Donald Trump avuga ko afise ubwoba ko Vladimir Putin ariko aramukinirako inyuma y'ibitero vya Moscou kuri Kyiv muri ino ndwi.
2025 Mata 27, Ku cyumweru 18:18:35
Ihiganwa ntirirahera, ariko mu gihe hasigaye inkino zine gusa, n'aho vyoshika izindi zose Liverpool ikazitakaza, nta murwi n'umwe woyihamvya, kuko isumvya Arsenal iza mu kibanza ca kabiri, amanota 15 yose.
2025 Mata 27, Ku cyumweru 11:00:57
Ishirahamwe rimwe ry'abikorera utwabo ryitaho ibijanye n'ivyago vyo mu kiyaga rivuga ko amakonteneri yashikiwe n'ivyago yarimwo amavuta agenewe ibisasu vya misire biraswa kure.
2025 Mata 27, Ku cyumweru 06:36:15
Mustafa Gerima azunguruka imihingo n'imihingo agenda ahimiriza abanyagihugu kubungabunga igiti ca shea, giti abona nk'ubutunzi buriko burayoyoka.
2025 Mata 26, Kuwa gatandatu 08:18:53
Umubonano hagati y'abashikiranganji bajejwe imigenderanire b'Urwanda na RD Congo i Washington no kubona baraye biyemeje gutorera umuti impari biciye mu biganiro, bifatwa nk'ikimenyetso ciza c'uko amahoro ashobora kuboneka.
2025 Mata 26, Kuwa gatandatu 12:06:58
Trump na Zelensky bafashwe isanamu bicaranye, bari mu kiyago gikomeye, bashimitse, hasigaye iminota mike ngo ibirori bitangure.
2025 Mata 26, Kuwa gatandatu 11:02:06
Ntabwo ari ikintu kimenyerewe kubona umugore winjiye mu ishoramari rinini nk’irya Mukamushinja. Gusa we asanga ngo atari igitangaza yakoze kandi ngo n’abandi bagore babishobora.
2025 Mata 26, Kuwa gatandatu 09:27:01
Ibirori vyo gushingura Papa Fransisko biriko birabandanya, aho abategetsi batari bake bavyitabiriye. Raba mu mashusho.
2025 Mata 26, Kuwa gatandatu 06:04:50
Hari bamwe mu bakoze Jenoside bateye intambwe yo gusaba imbabazi abo biciye nyuma yo kwemera icyaha-ibyo byakozwe benshi bakiri muri gereza, ariko haracyari impungenge n'icyoba ku barokotse jenoside kuko hari abahamwe n'ibyaha bya jenoside banze gusaba imbabazi.
2025 Mata 25, Kuwa gatanu 10:39:03
Uyu ucyekwa w'imyaka 65 yanarezwe uburiganya mu kubona uruhushya rwo kwinjira mu gihugu ubwo yashakaga ubwenegihugu bw'Amerika mu 2003.
2025 Mata 25, Kuwa gatanu 15:13:02
Umugwi w'abafana ba Arsenal wibaza ko uwo mugwi wo muri Premier League club udakwiye kwongera igihe amasezerano yawo yo gukorana na Visit Rwanda niba ''bemera iivyo bagenderako.''
2025 Mata 25, Kuwa gatanu 10:50:49
Uwamahoro Antoinette uzwi kw'izina 'Intare y'ingore' yatangiye yandika umubyeyi gito, akomereza kuyitwa ishyari ni ishyano, inkomoko y'umuruho, inkomoko y'ikinyoma, Rugamba, Intare y'ingore n'izindi.
2025 Mata 25, Kuwa gatanu 07:20:36
Mu Rwanda, USAID yafashaga imishinga myinshi yo mu rwego rw'ubuzima, uburezi n'izindi nzego ndetse hari n'aho yafashaga mu mishinga ya leta.
2025 Mata 25, Kuwa gatanu 05:25:58
Abategetsi bavuga ko ibyo bitero byagabwe mu ijoro rishyira ku wa kane byishe abantu nibura 12, bikomeretsa abandi 90.
2025 Mata 24, Kuwa kane 13:51:00
Impande zombi zivuga ko zemeye kubahiriza ibyo ziyemeje, bikazafungura "inzira yerekeza ku biganiro byubaka byo kugarura amahoro arambye muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo no mu karere".
2025 Mata 24, Kuwa kane 09:36:19
Perezida Zelensky wa Ukraine ntahengeshanya kwiyamiriza ivyo igihugu ciwe gisabwa ko cohebera Uburusiya akarere kaco ka Crimée/Crimea kigaruriwe na Putin mu 2014.
2025 Mata 23, Kuwa gatatu 18:15:50
Donald Trump "aha agaciro cane Afrika n'abanyafrika", niko intumwa yiwe kuri uwo mugabane Massad Boulos avuga.
2025 Mata 23, Kuwa gatatu 08:16:25
Amazina atari make ari ku rutonde mu gihe abakardinali bariko bitegura gukorana i Vatikano kugira ngo batore uwuzosubirira Papa Fransisko.
Rwanda: Imvo n'Imvano na Mukantwari Vestine ukomoka ku babyeyi badahuje ubwoko warokotse Interahamwe mu 1994
2025 Mata 19, Kuwa gatandatu 04:34:13
Mu mwaka wa 1994, umuryango wo kwa se waje kubica babaziza nyina, maze na se baramuhitana kuko bamusabye kubica aranga.
Imvo n'imvano-Rwanda: Semafara warokotse jenoside afite imyaka 3 afite ikigo giciye miliyoni 10 z'amadolari
2025 Mata 12, Kuwa gatandatu 06:39:34
Joseph Semafara yabaye rwiyemezamirimo ufite ikigo Solvit Africa gifite agaciro ka miliyoni 10 z'amadolari y'Amerika.
2019 Ukwakira 23, Kuwa gatatu 15:10:17
Birashika abantu mu bihugu bimwe bimwe canke uturere bakagira ibibazo vyo kuja ku mbuga za BBC ahanini bitewe n'uko haba hari abazizibiye, ariko hariho uburyo bwo gukemura ico kibazo.